Ikiyaga Rwihinda - Wikipedia
Ikiyaga Rwihinda (mu gifaransa: Lac Rwihinda canke Lac aux Oiseaux, bisigura « ikiyaga c'inyoni ») ni ikiyaga kiri muri intara ya Kirundo, mu buraruko bw'igihugu c'Uburundi, hafi y'urubibe rw'Urwanda. Kizwi cane kubera ubwinshi bw'inyoni zi…