Abahutu : Ubwoko bw'Abahutu ni ubwoko bw'abantu buboneka mu karere ka Afirika y'ibiyaga binini (mu Burundi, mu Rwanda, muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, muri Tanzaniya be n'agace ko mugihugu c'u Buganda).